Letra

Nibuka tuki burara Tuja kuri stoki Inzara ari yose Dukina nabana baba'bosi Dushaka imisosi Mukibira nti'twatinya ipoli Ubuzima bumbera insobe Nkiri muto nki'ciga indome Amakaye kereyo na'gome Mama a'ndihira ishure ngo'some Uniform duha piyo ashone Hezagigwa piyo kuvyo wakoze Evariste anyigisha ibiharuru Sitani Nawe anyigisha indome Ubwenge imana ibumpa bwose Aba Banyi bambera abagome Nibuka tuki burara Tuja kuri stoki Inzara ari yose Dukina nabana baba'bosi Dushaka imisosi Mukibira nti'twatinya ipoli Ubuzima bumbera insobe Nkiri muto nki'ciga indome Indwi zinkara nivyo mutazi Twurira igiti dufise imanati Indwi zinkara nivyo mutazi Twurira igiti dushaka ama papayi Indwi zinkara nivyo mutazi Ibigori ibisheke naya misigati Indwi zinkara nivyo mutazi Mumifuko inoti Kandi benshi mumitwe turibroke Abagabo ntibaronkera rimwe Ariko nanjeshaka kuba umu boss Self made nabasavye infashanyo ntimwafashije Put your people in position To secure your position Nivyo benshi bananiwe Nibuka tuki burara Tuja kuri stoki Inzara ari yose Dukina nabana baba'bosi Dushaka imisosi Mukibira nti'twatinya ipoli Ubuzima bumbera insobe Nkiri muto nki'ciga indome Amakaye kereyo na'gome Mama a'ndihira ishure ngo'some Uniform duha piyo ashone Hezagigwa piyo kuvyo wakoze Evariste anyigisha ibiharuru Sitani Nawe anyigisha indome Ubwenge imana ibumpa bwose Aba Banyi bambera abagome Nibuka tuki burara Tuja kuri stoki Inzara ari yose Dukina nabana baba'bosi Dushaka imisosi Mukibira nti'twatinya ipoli Ubuzima bumbera insobe Nkiri muto nki'ciga indome
Writer(s): Niyomwungere Eric Lyrics powered by www.musixmatch.com
instagramSharePathic_arrow_out