album cover
Know
album cover
Know dirilis pada 12 Maret 2026 oleh Gyna Gynella sebagai bagian dari album Know - Single
12 Maret 2026
LabelGyna Gynella
BahasaEnglish
BPM84
Melodiksi
Level Akustik
Valence
Kemampuan untuk menari
Energi

Video Musik

Video Musik

Lirik

From the first time I knew about you
‎Nakubonyemwo sign
‎Mbura amajambo yo kubivuga
‎But I know you feel it from the gut, Don\'t ya?
‎Uri umugisha, uri umugisha
‎You\'re the gift to my heart
‎Niwe utuma nipfuza kuramba
‎Ngo uze wame in my arms, Won\'t ya?
‎
‎Erega rukundo nyumva
‎Ni wewe waje guhindura ubuzima bwanje bwose
‎Ubu numva ndi better with you
‎Kandi rukundo nyumva
‎Ikintu nicuza kimwe nuko utaje before
‎Ngo uwu munezero uwumpe before
‎
‎And I lo-ove you, lo-ove you
‎More than you\'ll kno-ow, you\'ll kno-ow
‎I would trade you for nothing ‎and nobody this you shall know
‎And I lo-ove you, lo-ove you
‎More than you kno-ow ow oohooh
‎I would trade you for nothing ‎and this you should know
‎
‎Imana yakumpaye ndasenga ngo izonakuntungire
‎Kuko icoguhiga cose combanza
‎Erega niko biba
‎Abansi bo ntibabura
‎Ariko ijoro ntirizimya inyenyeri
‎Uzobona vyinshi, ivyiza, ibibi, vyose uvyakire
‎Nivyo bizodukomeza
‎Heads up, I won\'t give up on you never
‎And no matter what, you\'re my sunshine
‎Uri umugisha nahawe
‎Ibuka ijoro ntirizimya inyenyeri
‎
Erega rukundo nyumva
‎Ni wewe waje guhindura ubuzima bwanje bwose
‎Ubu numva ndi better with you
‎Kandi rukundo nyumva
‎Ikintu nicuza kimwe nuko utaje before
‎Ngo uwu munezero uwumpe before
‎
‎And I lo-ove you, lo-ove you
‎More than you\'ll kno-ow, you\'ll kno-ow
‎I would trade you for nothing ‎and nobody this you shall know
‎And I lo-ove you, lo-ove you
‎More than you kno-ow ow oohooh
‎I would trade you for nothing ‎and this you should know
‎
Erega rukundo nyumva
‎Ni wewe waje guhindura ubuzima bwanje bwose
‎Ubu numva ndi better with you
Better with you
I\'m better with you
I\'m better with you
Written by: Austin Iteka

Loading...