album cover
EGO
album cover
EGO è stato pubblicato il 24 giugno 2026 da 1517867 Records DK come parte dell'album EGO - Single
Data di uscita24 giugno 2026
Etichetta1517867 Records DK
BPM89
Melodicità
Acousticità
Valence
Ballabilità
Energia

Testi

Hari igihe mbura amajambo
Yo gusigura urwo ngukunda
Mba mbona nd'umunyamahirwe
Disi uri keza, uteye neza
Akarusho iyo undavye mu maso
Nenda guhwera
Au nimerogwa
Bigatuma nibaza vyinshi Kurukundo rwacu
Mbe ruzoramba
Ruzokwama nk'uku
Uzogumana nanje
mu ndwara
Mu bukene mbega uzogumana nanje
Uzogumana nanje ninasigara jenyene
abandi bakagenda
Mbwira ma
Inyishu nshaka kwumva ni
Ego,Ego,Ego
Ego,Ego,Ego
Ukuntu biryoshe gukundwa nawe
Nimba ari indoto oya ntimumvyure
Mba numva nokuraba umunsi wose
Mbega amaso, utwenga neza
Akarusho, iyo undavye mu maso
Nenda guhwera
Au nimerogwa
Bigatuma nibaza vyinshi Kurukundo rwacu
Mbe ruzoramba
Ruzokwama nk'uku
Uzogumana nanje
mu ndwara
Mu bukene mbega uzogumana nanje
Uzogumana nanje ninasigara jenyene
abandi bakagenda
Mbwira ma
Inyishu nshaka kwumva ni
Ego,Ego,Ego
Ego,Ego,Ego
Ego,Ego,Ego
Ego,Ego,Ego
Written by: Nelson B

Loading...