album cover
Urukundo
5
R&B/Soul
Urukundoは、アルバム『{albumName}』の一部として2018年10月18日にTimeless Classic RecordsによりリリースされましたMeet Mare!
album cover
アルバムMeet Mare!
リリース日2018年10月18日
レーベルTimeless Classic Records
言語English
メロディック度
アコースティック度
ヴァランス
ダンサビリティ
エネルギー
BPM56

ミュージックビデオ

ミュージックビデオ

クレジット

COMPOSITION & LYRICS
Marembo Philip Alexandre
Marembo Philip Alexandre
Songwriter
PRODUCTION & ENGINEERING
Bizimungu Francois
Bizimungu Francois
Producer

歌詞

Hey mama
Hey mama
Oh no no no
Niwamugeraho uzacumenya yuko ariwe
Niwamucishaho amaso ntuzasubira inyuma
Burya urukundo ruzaboneka mumaso yawe
Nukwirengagiza bizanka kubikora
Niwamubona uzagwana nicumubarira
Nugira isoni nkaje ubure ico muvugana
Burya urukundo ruragabanya umusazi ubukare
Nubwo wogwirengagiza ntiwobishobora
Aha haribeshi barananiwe
Nubwo batinya amarira n'ukubabara
Bury'urukundo nagasho kuwokwisi wese
Kunda ugukunze kuko we ntiwobinyegeza
Ahubona beshi barananiwe, nubwo batinya amarira n'ukubabara
Bury'urukundo nagasho kuwokwisi wese
Kunda ugukunze kuko we ntiwobinyegeza
Burya umutima ufise uwukunda ntuwubabaze
Nuraba nabi uzasanga wewe uruguyemo
Gumya umutima ntuhave wibabazuko
Kuk'urukundo ruraboneka mumaso yawe
Burya umutima ufise uwukunda ntuwubabaze
Nuraba nabi uzasanga wewe uruguyemo
Gumya umutima ntuhave wibabazuko
Kuk'urukundo ruraboneka mumaso yawe
Nurabe mubagenzi uwo wita umusazi
Nabona uwakunda kubusazi butazahera
Bury'urukundo ruragabanya umusazi ubukare
Nubwo wovyirangagiza ntiwobishobora
Ahubona benshi barananiwe
Nubwo batinya amarira n'ukubabara
Bury'urukundo nagasho kuwokwisi wese
Kunda ugukunze kuko we ntiwobinyegeza
Ahubona beshi barananiwe, nubwo batinya amarira n'ukubabara
Bury'urukundo nagasho kuwokwisi wese
Kunda ugukunze kuko we ntiwobinyegeza
Burya umutima ufise uwukunda ntuwubabaze
Nuraba nabi uzasanga wewe uruguyemo
Gumya umutima ntuhave wibabazuko
Kuk'urukundo ruraboneka mumaso yawe
Burya umutima ufise uwukunda ntuwubabaze
Nuraba nabi uzasanga wewe uruguyemo
Gumya umutima ntuhave wibabazuko
Kuk'urukundo ruraboneka mumaso yawe
Written by: Marembo Philip Alexandre
instagramSharePathic_arrow_out􀆄 copy􀐅􀋲

Loading...