Music Video

YITWA NDIHO: Fabrice Nzeyimana Feat Elsie Ineza |Heavenly Melodies Africa Best Christian EDM MUSIC
Watch {trackName} music video by {artistName}

Featured In

Credits

COMPOSITION & LYRICS
Fabrice Nzeyimana
Fabrice Nzeyimana
Songwriter

Lyrics

Igihe Imana yarema isi Ntiyigeze ingisha inama Mu butatu bwayo bwera Yabikoze kuva kera Yitwa Ndiho Yateretse inyenyeri Ku gisenge c'amajuru Kubw'Ijambo ry'Umuremyi Yategetse biraba Yitwa Ndiho Yihishuye ku bantu Yambaye umubiri Yamyeho, ariho kandi agira ze Yitwa Yesu Ivyaremwe vyose vyo mw'isi N'ibiri mw'ijuru Bipfukamye vyose vyatura Ko uri Umwami Yitwa Ndiho Nimumfashe dushime uwo Mwami Tumukomere amashi n'impundu Nimumfashe dushime uwo Mwami Tumutambire twese uwo Yesu Yitwa Ndiho
Writer(s): Fabrice Nzeyimana Lyrics powered by www.musixmatch.com
instagramSharePathic_arrow_out