Lyrics

Nd'umwana w'Imana Kuko mfise Yesu Na Mpwemu w'Imana Naw'aravyemeza Mfise amahoro n'Imana yanje Natsindanishirijwe Mu kwizera Kubw'ikimazi Ca Yesu Kristo Ubu nuzuye n'Imana yanje Washiz'indirimbo nsha Mu mutima wanje Nzokuririmbira nkiriho Mbere n'aho nopfa ngez'imbere yawe Nzosubira mvuz'iyi nanga Twagizwe umwe ntacodutandukanya Twagizwe umwe ntacodutandukanya Ubuntu bwiwe bwinshi yangiriye N'irembo ry'ijuru Yanyugururiye Bintera kumukunda nkamwizera Niyambuy'ivyaha n'igisa navyo Kubw'ikimazi Ca Yesu Kristo Ubu nuzuye n'Imana yanje Washize indirimbo nsha Mu mutima wanje Nzokuririmbira nkiriho Mbere n'aho nopfa ngeze imbere yawe Nzosubira mvuze iyi nanga Washize indirimbo nsha Mu mutima wanje Nzokuririmbira nkiriho Mbere n'aho nopfa ngeze imbere yawe Nzosubira mvuze iyi nanga Twagizwe umwe ntacodutandukanya Twagizwe umwe ntacodutandukanya Twagizwe umwe ntacodutandukanya Twagizwe umwe ntacodutandukanya
Writer(s): Fabrice Nzeyimana Lyrics powered by www.musixmatch.com
instagramSharePathic_arrow_out