album cover
Ihinduka
1
R&B/Soul
Ihinduka was released on July 15, 2022 by Timeless Classic Records as a part of the album Honest: Internal conflict
album cover
Release DateJuly 15, 2022
LabelTimeless Classic Records
LanguageEnglish
Melodicness
Acousticness
Valence
Danceability
Energy
BPM87

Music Video

Music Video

Credits

COMPOSITION & LYRICS
Marembo Philip Alexandre
Marembo Philip Alexandre
Songwriter
PRODUCTION & ENGINEERING
x-fecta the soundmind
x-fecta the soundmind
Producer

Lyrics

Nic'amaso akunda
Nic'umutima ukunda
Mare
Lately, urukundo rugabanuka, ndubona
Sikosa ryawe nije mpinduka, oh my love
Ndagukunda nk'umwana ahaze
Uramfumbatira, arik'umutima nturaha
Ikigicu kiza, je nkireba
Naje ibiri kuba, sinzi kuzabikunda
Iyimvura irikuza, ntizadusiga amahoro
Iyimvura irikuza ntizadusiga amahoro
Nzicwa, nivy'amaso akunda
Nzicwa nivy'umutima ukunda
Nzicwa, nivy'amaso akunda
Nzicwa nivy'umutima ukunda
Ndakureba nkarira,
Jewe nkigumya (nkigumya)
Kukonzi ngukunda
So ndaza nkagusomagura, kumunwa, nokumuhogo
Nkakubesha ko turi okay, tutari gupfa, kandi nz'ukuri
Nkagufata mumavyigo, nkagutambisha, umutima urahandi (nkagutambisha)
Gusa we uranzi kundusha, w'urabibona kowe nkusiga
Nzicwa, nivy'amaso akunda
Nzicwa nivy'umutima ukunda (nivyo amaso)
Nzicwa, nivy'amaso akunda (nivyo amaso)
Nzicwa nivy'umutima ukunda (nivy'umutima ukunda, umutima ukunda)
Written by: Marembo Philip Alexandre
instagramSharePathic_arrow_out􀆄 copy􀐅􀋲

Loading...