album cover
Ubusa
1,521
World
Ubusa was released on March 10, 2020 by BantuBwoy Entertainment as a part of the album Ubusa - Single
album cover
Release DateMarch 10, 2020
LabelBantuBwoy Entertainment
LanguageEnglish
Melodicness
Acousticness
Valence
Danceability
Energy
BPM87

Music Video

Music Video

Credits

PERFORMING ARTISTS
Big Fizzo
Big Fizzo
Performer
COMPOSITION & LYRICS
Big Fizzo
Big Fizzo
Songwriter
Peniel Pro
Peniel Pro
Arranger
PRODUCTION & ENGINEERING
Peniel Pro
Peniel Pro
Producer

Lyrics

Bantubwoy music
Peniel on the beat
Fizzo baby
Haciye imisi mu rugo mbona impinduka
Icivugo ca buri musi n'ukuntuka
Ntukunyakira kwakundi
Untera imirarwe nkaceceka
Unyagiriza abandi
Kandi mba mvuye guhangayika
Abagenzi ntibazotwubakira
Baazogutera mamy gutuntura
Birya bakubwira nanje barabimbarira
Mwiza wanje reka baradufuhira
Baby
Reka tubagwize n'ubusa
(Ubusa chérie)
Ivyo bakubwira bifate nk'ubusa
(Ubusa chérie we)
Erega ndakubuze nocika ubusa
(Ubusa chérie)
Noba mpfuye je nzize ubusa
(Ubusa chérie we)
Ibuka kera twari babiri
Ariko Imana itugira umwe
Kandi ibuuka twaba habiri
None ubu tuba hamwe
Nakubeereye ic'ushaka mu buzima
Nakubeereye umukunzi wipfuza ma
Abagenzi ntibazotwubakira
Baazogutera mamy gutuntura
Birya bakubwira nanje barabimbarira
Mwiza wanje reka baradufuhira
Baaaby
Reka tubarwize n'ubusa
(Ubusa chérie)
Ivyo bakubwira bifate nk'ubusa
(Ubusa chérie we)
Erega ndakubuze nocika ubusa
(Ubusa chérie)
Noba mpfuye je nzize ubusa
(Ubusa chérie we)
Ubusa baby
Ni we natoye mu majana
Niw'umara inyota y'umutima
Ukampa intumbero y'ubuzima
Ndavuga ni we natoye mu majana
Niw'umara inyota y'umutima
Yeah yeah yeah yeah yeah
Reka tubarwize n'ubusa
(Ubusa babe)
Ivyo bakubwira bifate nk'ubusa
(Ubusa chérie we)
Erega ndakubuze nocika ubusa
(Ubusa chérie)
Noba mpfuye je nzize ubusa
(Ubusa chérie we)
Uuubuusaaa baby
Lion 10
Saïdo Ntibazonkiza
Written by: Big Fizzo
instagramSharePathic_arrow_out􀆄 copy􀐅􀋲

Loading...