album cover
Know
175
Music
Know 由 Gyna Gynella 於 2026年3月12日發行,收錄於專輯《Know - Single》中
album cover
發行日期2026年3月12日
標籤Gyna Gynella
語言English
旋律
原聲音質
Valence
節奏感
輕快
BPM84

音樂影片

音樂影片

積分

演出藝人
Gyna Gynella
Gyna Gynella
和聲
FIG Hitmaker
FIG Hitmaker
電子琴
詞曲
Austin Iteka
Austin Iteka
詞曲創作
製作與工程團隊
FIG Hitmaker
FIG Hitmaker
製作人

歌詞

From the first time I knew about you
‎Nakubonyemwo sign
‎Mbura amajambo yo kubivuga
‎But I know you feel it from the gut, Don\'t ya?
‎Uri umugisha, uri umugisha
‎You\'re the gift to my heart
‎Niwe utuma nipfuza kuramba
‎Ngo uze wame in my arms, Won\'t ya?
‎Erega rukundo nyumva
‎Ni wewe waje guhindura ubuzima bwanje bwose
‎Ubu numva ndi better with you
‎Kandi rukundo nyumva
‎Ikintu nicuza kimwe nuko utaje before
‎Ngo uwu munezero uwumpe before
‎And I lo-ove you, lo-ove you
‎More than you\'ll kno-ow, you\'ll kno-ow
‎I would trade you for nothing ‎and nobody this you shall know
‎And I lo-ove you, lo-ove you
‎More than you kno-ow ow oohooh
‎I would trade you for nothing ‎and this you should know
‎Imana yakumpaye ndasenga ngo izonakuntungire
‎Kuko icoguhiga cose combanza
‎Erega niko biba
‎Abansi bo ntibabura
‎Ariko ijoro ntirizimya inyenyeri
‎Uzobona vyinshi, ivyiza, ibibi, vyose uvyakire
‎Nivyo bizodukomeza
‎Heads up, I won\'t give up on you never
‎And no matter what, you\'re my sunshine
‎Uri umugisha nahawe
‎Ibuka ijoro ntirizimya inyenyeri
Erega rukundo nyumva
‎Ni wewe waje guhindura ubuzima bwanje bwose
‎Ubu numva ndi better with you
‎Kandi rukundo nyumva
‎Ikintu nicuza kimwe nuko utaje before
‎Ngo uwu munezero uwumpe before
‎And I lo-ove you, lo-ove you
‎More than you\'ll kno-ow, you\'ll kno-ow
‎I would trade you for nothing ‎and nobody this you shall know
‎And I lo-ove you, lo-ove you
‎More than you kno-ow ow oohooh
‎I would trade you for nothing ‎and this you should know
Erega rukundo nyumva
‎Ni wewe waje guhindura ubuzima bwanje bwose
‎Ubu numva ndi better with you
Better with you
I\'m better with you
I\'m better with you
Written by: Austin Iteka
instagramSharePathic_arrow_out􀆄 copy􀐅􀋲

Loading...