album cover
Ishari
1,087
Afro-Pop
Ishari was released on November 25, 2022 by Empire Avenue /ONErpm as a part of the album Hello Afrika
album cover
Release DateNovember 25, 2022
LabelEmpire Avenue /ONErpm
Melodicness
Acousticness
Valence
Danceability
Energy
BPM117

Music Video

Music Video

Lyrics

INTRO:
Weyoo! (X3)
Gabanya Ishari,
Kwa Sat-B n’abantu b’Imana
Amir Pro…
Chorus:
Sinzi uko noryita baryita ishari
Niryo rinkikuje kuko wampaye
(Mana y’ikigongwe wankuye mubworo
Unyicarika n’abanyecubahiro) x2
Verse 1:
Bite Ncuti Ugenzwa N’amaki
Ko Mbona Unkikuje urwanko rwa hatari
We waraminuje naje niga icenda
mbe ko ubabara iyo nteye imbere
Ufise ivyo wandikiwe naje ivyo nandikiwe
Duteze ibiganza uwuhoraho
Navuye mw’iyarara ushaka ko nsubirayo
Kandi kuva uvuka inzara ntuzi uko imeze
Oya Dawe Si umukire niwe atanga ubukire
Abantu n’ibintu
Chorus:
Sinzi uko noryita baryita ishari
Niryo rinkikuje kuko wampaye
(Mana y’ikigongwe wankuye mubworo
Unyicarika n’abanyecubahiro) x2
Verse 2:
Iminsi yose kumabati ngo yoro yororo abantu bagakinda
Batonda imirongo igana ku bapfumu
Bashaka ivyo niherewe ivyo naronse cumukuye
Bafise ivyo bandikiwe naje ivyo nandikiwe
Duteze ibiganza uwuhoraho
Navuye mwiyarara bashaka ko nsubirayo
Kandi kuva mvuka inzara ntibazi uko imeze.
Mana ya Aburahamu, ngwino unkize irishari ry’abana b’abantu.
Chorus:
Sinzi uko noryita baryita ishari
Niryo rinkikuje kuko wampaye
(Mana y’ikigongwe wankuye mubworo
Unyicarika n’abanyecubahiro) x2
Verse 3:
Genda ubwire President Ndayishimiye
Uti ivyo ukora ino turabibona
Naho abantu bazogushimira iyo upfuye
Bakuvuge neza igihe utakiriho
Ngo wafashije benshi, warubatse vyinshi,
ngo wakoze neza igihe waruriho
Mugihe wari ukiriho ntaco bavuga bagutera amabuye
Written by: Sat B Satura
instagramSharePathic_arrow_out􀆄 copy􀐅􀋲

Loading...