album cover
Turasa
album cover
Turasa was released on January 1, 1998 by Mondo Melodia as a part of the album Ya...
AlbumYa...
ReleasedJanuary 1, 1998
LabelMondo Melodia
LanguageEnglish
BPM109
Melodicness
Acousticness
Valence
Danceability
Energy

Lyrics

Ihoze mwana wa mama
Uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi
Yego nanje ndibonera
Yuko imibiri yose idasa
Uyu urera
Urya ukirabura
Uriya uravanze
Jewe mbona
Watu wa ulimwengu wandugu
Kaskasini kusini wako sawa
Watu wa ulimwengu wandugu
Wote wanafanana
Mbona dusa
Umworo wino arasa
N'umworo wo hirya agasa
N'umworo wa hakurya
Umwana wanje ansera
Kurya umwana wawe agusera
Abavyeyi turasa
None mwana wa mama
Abantu dupfa iki ?
Ko mbona
Written by: Jean-Pierre Taïeb, Khadja Nin
instagramSharePathic_arrow_out􀆄 copy􀐅􀋲

Loading...